Margot Robbie ashobora gukina umukinyi rurangiranwa yitwa Anna Nicole Smith.
Abagenzi ba Anna biyumvira ko Margot yoba ari uwutunganye kuko Anna yakunda Barbie kandi Margot yakina Barbie.
Anna yarongoye umusaza cane kandi yari afise ingorane z’ibiyayuramutwe.
Ana yapfuye afise imyaka 39 y’amavuka.
Hazoba izindi filime zivuga kuri Anna vuba.